Zaburi 18:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Baratabaza, mugabo nta mukiza ariho+,Bagatabaza Yehova, mugabo ntagende abishuye+. Imigani 1:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ico gihe bazoguma bampamagara, mugabo sinzokwitaba+; bazoguma bandondera, mugabo ntibazondonka+,