Yesaya 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo nimwanka+ kandi mukaba koko abagarariji, muzoribwa n’inkota ibaherengeteze; kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze+.” Abaroma 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 ariko ku banyamahane+ kandi bagambararira ukuri+ mugabo bakagamburukira ibitagororotse hazoba uburake n’ishavu+,
20 Mugabo nimwanka+ kandi mukaba koko abagarariji, muzoribwa n’inkota ibaherengeteze; kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze+.”
8 ariko ku banyamahane+ kandi bagambararira ukuri+ mugabo bakagamburukira ibitagororotse hazoba uburake n’ishavu+,