Yobu 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ni yo kandi izoba ubukiriro bwanje+,Kuko ata muhuni azokwinjira imbere yayo+. Abaroma 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo nk’uko ubukomantare bwawe+ n’umutima wawe utigaya biri+, uriko wirundaniriza uburake+ ku musi w’uburake+ n’uw’uguhishurwa+ kw’urubanza rugororotse rw’Imana+.
5 Mugabo nk’uko ubukomantare bwawe+ n’umutima wawe utigaya biri+, uriko wirundaniriza uburake+ ku musi w’uburake+ n’uw’uguhishurwa+ kw’urubanza rugororotse rw’Imana+.