Yobu 36:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntizokura amaso yayo ku mugororotsi+;Mbere n’abami bari ku ntebe y’ubwami+,Na bo nyene izobavyagiza ibihe bidahera, bashirwe hejuru. Zaburi 34:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Amaso ya Yehova ari ku bagororotsi+,Kandi amatwi yiwe ari ku gutabaza kwabo+. 1 Petero 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”
7 Ntizokura amaso yayo ku mugororotsi+;Mbere n’abami bari ku ntebe y’ubwami+,Na bo nyene izobavyagiza ibihe bidahera, bashirwe hejuru.
12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”