Zaburi 115:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova azohezagira abamutinya+,Abato n’abahambaye+. Imigani 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Imihezagiro igenewe umutwe w’umugororotsi+, ariko akanwa k’ababisha gapfuka ubukazi+.