Zaburi 84:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko Yehova Imana ari izuba+ n’inkinzo+;Ubutoni n’ubuninahazwa ni vyo atanga+.Yehova nta ciza na kimwe azokwima abagendera mu kutagira amahinyu+. Zaburi 149:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko Yehova ahimbarwa n’abantu biwe+.Aha ubwiza abatekereza mu kubambika ubukiriro+.
11 Kuko Yehova Imana ari izuba+ n’inkinzo+;Ubutoni n’ubuninahazwa ni vyo atanga+.Yehova nta ciza na kimwe azokwima abagendera mu kutagira amahinyu+.