Zaburi 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko mu kanwa kabo ata kintu co kwizigirwa kiriyo+;Imbere muri bo ni amarushwa gusa+.Umuhogo wabo ni imva irangaye+;Bakoresha akarimi gasosa+. Zaburi 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Baguma babwirana ivy’ububeshi+;Baguma bavugisha akanwa gasosa+, n’imitima ibiri+.
9 Kuko mu kanwa kabo ata kintu co kwizigirwa kiriyo+;Imbere muri bo ni amarushwa gusa+.Umuhogo wabo ni imva irangaye+;Bakoresha akarimi gasosa+.