ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 27:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Iyo abana biwe bagwiriye, bagwirira inkota+;

      Abamwamukako ubwabo ntibazogira ibifungurwa bihagije.

  • Zaburi 55:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ariko wewe, ewe Mana, uzobamanukana mu cobo cimbitse kuruta ibindi+.

      Nayo abagīrwa n’amaraso kandi b’abahendanyi, ntibazobaho n’ica kabiri c’imisi yabo+.

      Ariko jewe, nzokwizigira wewe+.

  • 2 Petero 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika