ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 24:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Baduga hejuru akanya gatoyi, maze ntibabe bakiriho+,

      Baracishwa bugufi+; bamyozwa nk’abandi bose,

      Bagacacurwa nk’ihundo ry’intete.

  • Abaheburayo 10:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Kuko hasigaye “akanya gato cane+,” kandi “umwe ariko araza azoshika kandi ntazoteba+.”

  • 1 Petero 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mugabo iherezo ry’ibintu vyose riregereje+. Mube abaroranye mu muzirikanyi+ rero, kandi mugume murikanuye ku bw’amasengesho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika