Zaburi 41:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nayo jewe, kubera ugutungana kwanje waranshigikiye+,Kandi uzonshira imbere y’amaso yawe gushika igihe kitagira urugero+. Yuda 24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Imwe rero ishobora kubarinda+ gutsitara kandi ikabahagarika mutagirako ikirabagu+ imbere y’ubuninahazwa bwayo n’akanyamuneza kenshi,
12 Nayo jewe, kubera ugutungana kwanje waranshigikiye+,Kandi uzonshira imbere y’amaso yawe gushika igihe kitagira urugero+.
24 Imwe rero ishobora kubarinda+ gutsitara kandi ikabahagarika mutagirako ikirabagu+ imbere y’ubuninahazwa bwayo n’akanyamuneza kenshi,