Umusiguzi 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko umuntu+ mbere atazi igihe ciwe+. Nka kurya kw’amafi afatirwa mu rusenga+ rubi, kandi nk’inyoni zifatirwa mu mutego+, ni ko n’abana b’abantu bafatwa n’umutego mu gihe c’ivyago+, igihe ubaguyeko bukwi na bukwi+. Amosi 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ku bw’ivyo rero, ico gihe uwufise ugutahura kwimbitse azoguma acereje, kuko kizoba ari igihe c’ivyago+.
12 Kuko umuntu+ mbere atazi igihe ciwe+. Nka kurya kw’amafi afatirwa mu rusenga+ rubi, kandi nk’inyoni zifatirwa mu mutego+, ni ko n’abana b’abantu bafatwa n’umutego mu gihe c’ivyago+, igihe ubaguyeko bukwi na bukwi+.
13 Ku bw’ivyo rero, ico gihe uwufise ugutahura kwimbitse azoguma acereje, kuko kizoba ari igihe c’ivyago+.