Zaburi 92:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko, ehe abansi bawe, ewe Yehova+,Kuko, ehe abansi bawe bazoyogera+;Abakora ibibabaza bose bazotandukanywa+. Imigani 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ukwibukwa kw’umugororotsi kuvamwo umuhezagiro+, ariko izina ry’ababisha rizobora+. 2 Petero 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo abo bantu, cokimwe n’ibikoko bitiyumvira vyavukiye gufatwa no kwicwa, muri nya bintu batazi kandi batuka+, bazoshikirwa mbere n’agatikizo mu ngendo yabo bwite y’ugutikizwa,
9 Kuko, ehe abansi bawe, ewe Yehova+,Kuko, ehe abansi bawe bazoyogera+;Abakora ibibabaza bose bazotandukanywa+.
12 Mugabo abo bantu, cokimwe n’ibikoko bitiyumvira vyavukiye gufatwa no kwicwa, muri nya bintu batazi kandi batuka+, bazoshikirwa mbere n’agatikizo mu ngendo yabo bwite y’ugutikizwa,