Itanguriro 19:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kandi igihe Imana yahonya ibisagara vyo muri iyo Ntara, yariyumviriye Aburahamu mu kugira ico ikoze igakiza Loti agatikizo, igihe yatikiza ibisagara Loti yabamwo+.
29 Kandi igihe Imana yahonya ibisagara vyo muri iyo Ntara, yariyumviriye Aburahamu mu kugira ico ikoze igakiza Loti agatikizo, igihe yatikiza ibisagara Loti yabamwo+.