ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nta n’umwe azohagarara imbere yawe imisi yose y’ubuzima bwawe+. Nk’uko nabanye na Musa ni ko nzobana nawe+. Sinzoguta canke ngo ndaguhebe buhere+.

  • Zaburi 94:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuko Yehova atazoheba abantu biwe+,

      Eka ntazota intoranwa yiwe+.

  • Matayo 6:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 “Gume rero mubanza kurondera ubwami n’ubugororotsi bw’Imana+, ivyo bindi vyose na vyo muzovyongerwa+.

  • Abaheburayo 13:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Uburyo bwanyu bwo kubaho ntibubemwo urukundo rw’amahera+, mu gihe mubumbwa+ n’ibintu vy’iki gihe+. Kuko yavuze iti: “Sinzogenda ngutaye, eka sinzogenda nguhevye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika