Yosuwa 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Iki gitabu c’itegeko ntikize kive mu kanwa kawe+; uze usome muri co n’ijwi ritoyi umurango n’ijoro, kugira ngo witwararike gukora wisunze ivyanditswe muri co vyose+; kuko ari ho uzotuma inzira yawe iroranirwa kandi ugakorana ubukerebutsi+. Zaburi 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ahubwo ahimbarwa n’itegeko rya Yehova+,Kandi itegeko ryiwe arisoma n’ijwi ritoyi umurango n’ijoro+.
8 Iki gitabu c’itegeko ntikize kive mu kanwa kawe+; uze usome muri co n’ijwi ritoyi umurango n’ijoro, kugira ngo witwararike gukora wisunze ivyanditswe muri co vyose+; kuko ari ho uzotuma inzira yawe iroranirwa kandi ugakorana ubukerebutsi+.
2 Ahubwo ahimbarwa n’itegeko rya Yehova+,Kandi itegeko ryiwe arisoma n’ijwi ritoyi umurango n’ijoro+.