Kuvayo 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Wahushe impemu zawe+, ikiyaga kirabapfuka+;Badwibiye nk’icuma* mu mazi y’agakomeye+. Ivyakozwe 12:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ako kanya nyene umumarayika wa Yehova aramukubita+, kuko atari yahaye ubuninahazwa Imana+; aca arigitwa n’inyo, aracikana.
23 Ako kanya nyene umumarayika wa Yehova aramukubita+, kuko atari yahaye ubuninahazwa Imana+; aca arigitwa n’inyo, aracikana.