Gusubira mu vyagezwe 9:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko nari nagize ubwoba kubera ishavu rirurumba Yehova yari yabashavuriye gushika aho agomba kubazimanganya+. Ariko Yehova yaranyumvirije n’ico gihe+. Yeremiya 10:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nunkosore, ewe Yehova, ariko ukoresheje ubutungane+; ntubigirane ishavu+, kugira ngo ntunzimanganye+.
19 Kuko nari nagize ubwoba kubera ishavu rirurumba Yehova yari yabashavuriye gushika aho agomba kubazimanganya+. Ariko Yehova yaranyumvirije n’ico gihe+.
24 Nunkosore, ewe Yehova, ariko ukoresheje ubutungane+; ntubigirane ishavu+, kugira ngo ntunzimanganye+.