Zaburi 119:115 Bibiliya y’isi nshasha 115 Mve iruhande, mwa nkozi z’ikibi mwe+,Kugira nubahirize amabwirizwa y’Imana yanje+. Matayo 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Maze nanje nzoca ndababwira icese nti: Sinigeze ndabamenya+! Mva mu maso, mwa bakora ivy’ubugarariji mwe+.
23 Maze nanje nzoca ndababwira icese nti: Sinigeze ndabamenya+! Mva mu maso, mwa bakora ivy’ubugarariji mwe+.