Zaburi 34:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Amaso ya Yehova ari ku bagororotsi+,Kandi amatwi yiwe ari ku gutabaza kwabo+. Zaburi 116:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko yanteze ugutwi+,Kandi mu misi yanje yose, nzohamagara+.