Zaburi 70:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo jewe ndi umurushwa n’umworo+.Ewe Mana, gira ico ukoze ningoga ku bwanje+.Ni wewe mutabazi wanje ukaba n’uwunkiza+.Ewe Yehova, ntutebe birenze+.
5 Mugabo jewe ndi umurushwa n’umworo+.Ewe Mana, gira ico ukoze ningoga ku bwanje+.Ni wewe mutabazi wanje ukaba n’uwunkiza+.Ewe Yehova, ntutebe birenze+.