Zaburi 80:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Wabagaburiye umukate w’amosozi+,Kandi uguma ubanywesha amosozi ku bwinshi+. Zaburi 102:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko nariye iminyota nk’umukate+;Kandi ivyo nywa nabivanze n’amarira+,