Zaburi 31:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuri abo bose banyanka+, nsigaye ndi iceyi+,Ku babanyi banje na ho birarushiriza+,Nsigara ndi agacavutu ku bo twari tuzinanyi+.Bambonye hanze, barampunga+. Zaburi 102:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Abansi banje bansize iceyi burinda bwira+.Abankengereza ni jewe barahiye+.
11 Kuri abo bose banyanka+, nsigaye ndi iceyi+,Ku babanyi banje na ho birarushiriza+,Nsigara ndi agacavutu ku bo twari tuzinanyi+.Bambonye hanze, barampunga+.