Yosuwa 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “‘Amaherezo ndabazana mu gihugu c’Abamori baba hakurya ya Yorodani, maze bano barabarwanya+. Nca ndabatanga mu kuboko kwanyu kugira ngo mwigarurire igihugu cabo nongera ndabazimanganya imbere yanyu+.
8 “‘Amaherezo ndabazana mu gihugu c’Abamori baba hakurya ya Yorodani, maze bano barabarwanya+. Nca ndabatanga mu kuboko kwanyu kugira ngo mwigarurire igihugu cabo nongera ndabazimanganya imbere yanyu+.