Gusubira mu vyagezwe 28:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Uzocika akajoreza+, iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose Yehova azokujanamwo. 2 Ngoma 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 nzobarandura rero ku butaka bwanje nabahaye+; kandi iyi nzu nereje+ izina ryanje nzoyita imve mu maso+, ndayigire iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose+. Yeremiya 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 egome, nzobatanga babe akajugumiza, bashikirwe n’ivyago, mu bwami bwose bwo mw’isi+, babe iceyi n’iciro ry’umugani, babe akamenyo+ n’umuvumo+, ahantu hose nzobashwiragiriza+.
20 nzobarandura rero ku butaka bwanje nabahaye+; kandi iyi nzu nereje+ izina ryanje nzoyita imve mu maso+, ndayigire iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose+.
9 egome, nzobatanga babe akajugumiza, bashikirwe n’ivyago, mu bwami bwose bwo mw’isi+, babe iceyi n’iciro ry’umugani, babe akamenyo+ n’umuvumo+, ahantu hose nzobashwiragiriza+.