Gucura intimba 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abahita ku nzira bose bakubise amashi ku yandi baguhema+.Bavugije agahwa+ kandi baguma bazungiriza umutwe+ umukobwa wa Yeruzalemu, bavuga bati:“Mbega iki ni ca gisagara bahora bavuga ngo: ‘Ni ubwiza butagira akanenge, umwigino w’isi yose+’?”
15 Abahita ku nzira bose bakubise amashi ku yandi baguhema+.Bavugije agahwa+ kandi baguma bazungiriza umutwe+ umukobwa wa Yeruzalemu, bavuga bati:“Mbega iki ni ca gisagara bahora bavuga ngo: ‘Ni ubwiza butagira akanenge, umwigino w’isi yose+’?”