Abaroma 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 abe na se w’uruvyaro rutagenyerewe, atari gusa ku bumira ku kugenyerwa, mugabo no ku bagendera ku rutonde mu makanda y’ukwo kwizera bataragenyerwa, ari na ko data+ Aburahamu yari ari. Abagalatiya 3:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Vyongeye, nimba mwegukira Kristu, muri uruvyaro rwa Aburahamu vy’ukuri+, ba samuragwa ku bijanye n’umuhango+.
12 abe na se w’uruvyaro rutagenyerewe, atari gusa ku bumira ku kugenyerwa, mugabo no ku bagendera ku rutonde mu makanda y’ukwo kwizera bataragenyerwa, ari na ko data+ Aburahamu yari ari.
29 Vyongeye, nimba mwegukira Kristu, muri uruvyaro rwa Aburahamu vy’ukuri+, ba samuragwa ku bijanye n’umuhango+.