ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 87:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Kandi ku vyerekeye Siyoni, bizovugwa ngo:

      “Umwe wese yarahavukiye+.”

      Kandi Musumbavyose+ ubwiwe azohashimangira+.

  • Yesaya 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ibi ni vyo bizotegerezwa kuba mu kiringo ca nyuma c’imisi+: umusozi w’inzu+ ya Yehova uzoshimangirwa hejuru y’isonga ry’imisozi+, emwe, uduzwe hejuru y’imirambi+; kandi amahanga yose azorindiga koko aja kuri wo+.

  • Mika 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ibi ni vyo bizotegerezwa kuba mu kiringo ca nyuma c’imisi+: umusozi+ w’inzu+ ya Yehova uzoshimangirwa hejuru y’isonga ry’imisozi, emwe, uduzwe hejuru y’imirambi+; kandi ibisata vy’abantu bizorindiga koko bija kuri wo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika