Gusubira mu vyagezwe 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mutegerezwa kandi kuyigisha abana banyu, ukavuga ivyayo igihe wicaye mu nzu yawe n’igihe ugenda ku nzira n’igihe uryamye n’igihe uvyutse+.
19 Mutegerezwa kandi kuyigisha abana banyu, ukavuga ivyayo igihe wicaye mu nzu yawe n’igihe ugenda ku nzira n’igihe uryamye n’igihe uvyutse+.