Imigani 16:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Umutima w’umuntu w’inkerebutsi utera akanwa kiwe kwerekana ugutahura kwimbitse+, kandi wongera ku minwa yiwe ubushobozi bwo gutuma umuntu anyurwa+. Umusiguzi 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amajambo y’akanwa k’umuntu w’inkerebutsi avamwo ubutoni+, mugabo iminwa y’ikijuju irakimira+.
23 Umutima w’umuntu w’inkerebutsi utera akanwa kiwe kwerekana ugutahura kwimbitse+, kandi wongera ku minwa yiwe ubushobozi bwo gutuma umuntu anyurwa+.