1 Samweli 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yehova ni Uwica akaba n’Uwuzigama ubuzima+,Uwumanura mu kuzimu*+ akaba n’Uwukurayo+. Yobu 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Igicu kirarangira koko kigatumuka;Ni ko n’uwumanuka mu kuzimu* atazoduga+.