Zaburi 39:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nundokore unkize ibigabitanyo vyanje vyose+.Ntunshirireho kuba nk’iceyi c’imburabwenge+. Zaburi 103:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nk’uko se w’abana agirira imbabazi abana biwe+,Ni ko Yehova yagiriye imbabazi abamutinya+. Imigani 28:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+. Yesaya 43:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Jewe—ni jewe mpanagura+ ibigabitanyo+ vyawe ku bwanje+, kandi ibicumuro vyawe sinzovyibuka+. Yesaya 44:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nzohanagura ibigabitanyo vyawe nk’aho noba nkoresheje igicu+, n’ibicumuro vyawe nk’aho noba nkoresheje ikigwi c’igicu. Nungarukeko+, kuko nzogucungura+.
13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+.
22 Nzohanagura ibigabitanyo vyawe nk’aho noba nkoresheje igicu+, n’ibicumuro vyawe nk’aho noba nkoresheje ikigwi c’igicu. Nungarukeko+, kuko nzogucungura+.