Yeremiya 32:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Nzobaha umutima umwe+ n’inzira imwe kugira ngo bame bantinya, ku bw’ineza yabo n’ineza y’abahungu babo mu nyuma zabo+. Ivyakozwe 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi nta tandukaniro na ritoyi yagize hagati yacu na bo+, mugabo yatyoroje imitima yabo ukwizera+. Abanyefeso 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko turi igikorwa cayo+, tukaba twaremwe+ mu bumwe+ na Kristu Yezu kugira dukore ibikorwa vyiza+, ivyo Imana yaduteguriye imbere y’igihe+ ngo tubigenderemwo.
39 Nzobaha umutima umwe+ n’inzira imwe kugira ngo bame bantinya, ku bw’ineza yabo n’ineza y’abahungu babo mu nyuma zabo+.
9 Kandi nta tandukaniro na ritoyi yagize hagati yacu na bo+, mugabo yatyoroje imitima yabo ukwizera+.
10 Kuko turi igikorwa cayo+, tukaba twaremwe+ mu bumwe+ na Kristu Yezu kugira dukore ibikorwa vyiza+, ivyo Imana yaduteguriye imbere y’igihe+ ngo tubigenderemwo.