Zaburi 27:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Niwizigire Yehova+; gira umutima rugabo kandi umutima wawe ukomere+.Egome, niwizigire Yehova+. Zaburi 54:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nzogushikanira ikimazi n’umutima ukunze+.Nzohaya izina ryawe, ewe Yehova, kuko ari vyiza+. Zaburi 123:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Nk’uko amaso y’abasuku yama ahanze ukuboko kwa shebuja+,Nk’uko amaso y’umusukukazi yama ahanze ukuboko kwa inabuja+,Ni ko amaso yacu yama ahanze Yehova Imana yacu+Gushika atugiriye ubutoni+. Imigani 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Izina rya Yehova ni umunara ukomeye+. Umugororotsi awirukiramwo agakingirwa+.
2 Raba! Nk’uko amaso y’abasuku yama ahanze ukuboko kwa shebuja+,Nk’uko amaso y’umusukukazi yama ahanze ukuboko kwa inabuja+,Ni ko amaso yacu yama ahanze Yehova Imana yacu+Gushika atugiriye ubutoni+.