Zaburi 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Tega ugutwi amajambo yanje+, ewe Yehova;Tahura ukuniha kwanje. Zaburi 80:1 Bibiliya y’isi nshasha 80 Ewe Mwungere wa Isirayeli, tega ugutwi+,Wewe uyobora Yozefu nk’umukuku+.Wewe wicaye ku bakerubi+, nusayangane+! Zaburi 84:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ewe Yehova Mana nyen’ingabo, niwumve isengesho ryanje+;Nutege ugutwi, ewe Mana ya Yakobo+! Sela. 1 Petero 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”
80 Ewe Mwungere wa Isirayeli, tega ugutwi+,Wewe uyobora Yozefu nk’umukuku+.Wewe wicaye ku bakerubi+, nusayangane+!
12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”