Zaburi 69:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mugabo jewe ndi umurushwa kandi ndasasatwa+.Ewe Mana, ubukiriro bwawe nibunkingire+.