ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 16:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Mugabo nimba ari ikintu c’ikiremano Yehova aza kurema+, ubutaka bukasamika akanwa kabwo bukabamirana+ n’ikintu cabo cose, bakamanuka ari bazima mu kuzimu*+, muca mumenya ata gukeka yuko aba bagabo bagaye Yehova+.”

  • 2 Samweli 17:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nayo Ahitofeli, abona ko impanuro yiwe itari yakurikijwe+, maze ashira itandiko ku ndogobwa hanyuma arahaguruka, aja ku nzu yiwe mu gisagara ciwe+. Maze aha amategeko urugo rwiwe+ araheza ariniga+ maze arapfa+. Nuko ahambwa+ mw’itongo ryo guhambamwo rya ba sekuruza.

  • 2 Samweli 18:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Yowabu aca avuga ati: “Nta co nirirwa ndata umwanya imbere yawe!” Aca afata uducumu dutatu mu kiganza ciwe, aducumita+ mu mutima wa Abusalomu akiri muzima hagati+ muri ca giti kinini.

  • Matayo 27:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko ata vya biceri vy’ifeza mu rusengero, ava ng’aho aragenda, arimanika+.

  • Ivyakozwe 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 (Uwo nyene rero, yaguze+ itongo impembo y’ibitagororotse+, hanyuma agwa atanguje umutwe+, aturikira hagati na hagati, amara yiwe yose arandara.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika