-
Itanguriro 2:20Bibiliya y’isi nshasha
-
-
20 Nuko nya muntu yita amazina ibitungwa vyose n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’igikoko co mu gahinga cose, mugabo ku muntu, ntihaboneka umufasha bikwiranye.
-