Zaburi 108:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yoo! nushirwe hejuru y’amajuru, ewe Mana+!Kandi ubuninahazwa bwawe nibube hejuru y’isi yose+. Zaburi 113:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehova acitse uwuri hejuru cane y’amahanga yose+;Ubuninahazwa bwiwe buri hejuru y’amajuru+.