Zaburi 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko abahungira muri wewe bose bazonezerwa+;Gushika igihe kitagira urugero*, bazokwiha akamo k’umunezero+.Nawe uzozibira inzira ishika aho bari,Kandi abakunda izina ryawe bazokwigina muri wewe+. Zaburi 28:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova ni we nkomezi zanje+ n’inkinzo yanje+.Ni we umutima wanje wizigiye+,Kandi naratabawe, ku buryo umutima wanje wigina+,Kandi nzomuhayisha ururirimbo rwanje+.
11 Ariko abahungira muri wewe bose bazonezerwa+;Gushika igihe kitagira urugero*, bazokwiha akamo k’umunezero+.Nawe uzozibira inzira ishika aho bari,Kandi abakunda izina ryawe bazokwigina muri wewe+.
7 Yehova ni we nkomezi zanje+ n’inkinzo yanje+.Ni we umutima wanje wizigiye+,Kandi naratabawe, ku buryo umutima wanje wigina+,Kandi nzomuhayisha ururirimbo rwanje+.