1 Abami 8:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 bakagaruka koko kuri wewe n’umutima wabo wose+ n’ubuzima bwabo bwose mu gihugu c’abansi babo babatwaye ari imbohe, maze bakagusenga koko berekeje mu gihugu cabo wahaye ba sekuruza babo, igisagara watoye n’iyi nzu nubakiye izina ryawe+; Yona 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ati:“Natakambiye Yehova ndi mu marushwa yanje+, na we aranyishura+.Natabaje ndi mu nda y’ukuzimu*+.Warumvise ijwi ryanje+.
48 bakagaruka koko kuri wewe n’umutima wabo wose+ n’ubuzima bwabo bwose mu gihugu c’abansi babo babatwaye ari imbohe, maze bakagusenga koko berekeje mu gihugu cabo wahaye ba sekuruza babo, igisagara watoye n’iyi nzu nubakiye izina ryawe+;
2 ati:“Natakambiye Yehova ndi mu marushwa yanje+, na we aranyishura+.Natabaje ndi mu nda y’ukuzimu*+.Warumvise ijwi ryanje+.