Zaburi 18:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Akorera umwami wiwe ibikorwa bikomeye vy’ubukiriro+,Akagirira ubuntu bwuzuye urukundo uwo yarobanuje amavuta+,Akabugirira Dawidi n’uruvyaro rwiwe gushika igihe kitagira urugero+. Zaburi 21:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yagusavye ubuzima. Warabumuhaye+,Umuha ubwinshi bw’imisi gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+. Zaburi 72:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Izina ryiwe niribeho gushika igihe kitagira urugero+;Imbere y’izuba izina ryiwe nirisagambe,Kandi biciye kuri we biheshe umuhezagiro+; Amahanga yose namwite umuhirwe+.
50 Akorera umwami wiwe ibikorwa bikomeye vy’ubukiriro+,Akagirira ubuntu bwuzuye urukundo uwo yarobanuje amavuta+,Akabugirira Dawidi n’uruvyaro rwiwe gushika igihe kitagira urugero+.
4 Yagusavye ubuzima. Warabumuhaye+,Umuha ubwinshi bw’imisi gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.
17 Izina ryiwe niribeho gushika igihe kitagira urugero+;Imbere y’izuba izina ryiwe nirisagambe,Kandi biciye kuri we biheshe umuhezagiro+; Amahanga yose namwite umuhirwe+.