Zaburi 30:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kugira ngo ubuninahazwa bwanje buguhibongoreze, ntibugume bucereje+.Ewe Yehova Mana yanje, nzoguhaya gushika igihe kitagira urugero+. Zaburi 145:1 Bibiliya y’isi nshasha 145 Nzogushira hejuru, ewe Mana yanje, wewe Mwami+,Kandi nzohezagira izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+. Zaburi 146:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nzoshemeza Yehova mu buzima bwanje+.Nzohibongoreza Imana yanje igihe cose nzoba nkiriho+.
12 Kugira ngo ubuninahazwa bwanje buguhibongoreze, ntibugume bucereje+.Ewe Yehova Mana yanje, nzoguhaya gushika igihe kitagira urugero+.
145 Nzogushira hejuru, ewe Mana yanje, wewe Mwami+,Kandi nzohezagira izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.