Zaburi 65:1 Bibiliya y’isi nshasha 65 Imbere yawe hari ishemezo n’agacerere, ewe Mana, i Siyoni+;Kandi indagano izoshitswa kuri wewe+. Zaburi 66:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nzoza mu nzu yawe mfise amashikanwa aturirwa uko yakabaye+;Nzoshitsa indagano zanje kuri wewe+, Umusiguzi 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Igihe cose uraganiye Imana indagano, ntugonanwe kuyishitsa+, kuko ata wuhimbarwa n’ibijuju+. Ico uraganye, gishitse+.
4 Igihe cose uraganiye Imana indagano, ntugonanwe kuyishitsa+, kuko ata wuhimbarwa n’ibijuju+. Ico uraganye, gishitse+.