Zaburi 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko mu kanwa kabo ata kintu co kwizigirwa kiriyo+;Imbere muri bo ni amarushwa gusa+.Umuhogo wabo ni imva irangaye+;Bakoresha akarimi gasosa+. Zaburi 28:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntunkwegane n’ababisha be n’abakora ibintu bibabaza+,Abavugana ivy’amahoro na bagenzi babo+ mugabo mu mitima yabo hari ibibi+. Zaburi 55:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Amajambo y’akanwa kiwe aremvye kuruta amasoro+,Mugabo umutima wiwe uguma urondera indwano+.Amajambo yiwe yoroshe kuruta amavuta+,Mugabo ni inkota zisokoye+.
9 Kuko mu kanwa kabo ata kintu co kwizigirwa kiriyo+;Imbere muri bo ni amarushwa gusa+.Umuhogo wabo ni imva irangaye+;Bakoresha akarimi gasosa+.
3 Ntunkwegane n’ababisha be n’abakora ibintu bibabaza+,Abavugana ivy’amahoro na bagenzi babo+ mugabo mu mitima yabo hari ibibi+.
21 Amajambo y’akanwa kiwe aremvye kuruta amasoro+,Mugabo umutima wiwe uguma urondera indwano+.Amajambo yiwe yoroshe kuruta amavuta+,Mugabo ni inkota zisokoye+.