Zaburi 42:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umutima wanje uranyotewe Imana+, uranyotewe Imana nzima+.Nzoza ryari ngo nseruke imbere y’Imana+? Zaburi 143:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nagusanziye amaboko yanje+;Kuri wewe umutima wanje umeze nk’igihugu kirushe+. Sela.