Zaburi 66:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Narayihamagaye n’akanwa kanje+,Ururimi rwanje na rwo rurayihayagiza+. Hoseya 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimuze mwibangikanije amajambo, mugaruke kuri Yehova+. Mumubwire mwese muti: ‘Nuharire ikosa+; wemere iciza, natwe tuzotanga ibimasa vy’iminwa yacu+. Abaheburayo 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Biciye kuri we, twame dushikanira Imana ikimazi c’ishemezo+, ni co camwa c’iminwa+ ishingira intahe icese izina ryayo+.
2 Nimuze mwibangikanije amajambo, mugaruke kuri Yehova+. Mumubwire mwese muti: ‘Nuharire ikosa+; wemere iciza, natwe tuzotanga ibimasa vy’iminwa yacu+.
15 Biciye kuri we, twame dushikanira Imana ikimazi c’ishemezo+, ni co camwa c’iminwa+ ishingira intahe icese izina ryayo+.