Guharura 16:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo nimba ari ikintu c’ikiremano Yehova aza kurema+, ubutaka bukasamika akanwa kabwo bukabamirana+ n’ikintu cabo cose, bakamanuka ari bazima mu kuzimu*+, muca mumenya ata gukeka yuko aba bagabo bagaye Yehova+.” 1 Samweli 25:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Umuntu niyahaguruka kugira agukurikirane no kugira arondere ubuzima bwawe, ubuzima bw’umukama wanje buzoba koko butekeye mw’isaho y’ubuzima+ iri kumwe na Yehova Imana yawe+; mugabo ubuzima bw’abansi bawe azobutera nk’ubuvuye ahafukuye h’umugozi wo guteresha+.
30 Mugabo nimba ari ikintu c’ikiremano Yehova aza kurema+, ubutaka bukasamika akanwa kabwo bukabamirana+ n’ikintu cabo cose, bakamanuka ari bazima mu kuzimu*+, muca mumenya ata gukeka yuko aba bagabo bagaye Yehova+.”
29 Umuntu niyahaguruka kugira agukurikirane no kugira arondere ubuzima bwawe, ubuzima bw’umukama wanje buzoba koko butekeye mw’isaho y’ubuzima+ iri kumwe na Yehova Imana yawe+; mugabo ubuzima bw’abansi bawe azobutera nk’ubuvuye ahafukuye h’umugozi wo guteresha+.