Zaburi 89:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uganza ukwisevya kw’ikiyaga+;Iyo kidugije imipfunda yaco, ni wewe uyitururuza+. Zaburi 107:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Atururuza ikirura c’umuyaga kigatekana+,Imipfunda y’ikiyaga igatekereza+.