ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kubera iki amahanga yagiye mu ruhagarara+,

      N’imiryango y’amahanga ikaguma ivugira mu ntamatama ikintu ata co kimaze+?

  • Yesaya 17:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ewe ntureka iraho y’ibisata vyinshi vy’abantu bisebagirika n’ugusebagirika nk’ukw’ibiyaga! Ewe rwamo rw’imiryango y’amahanga ahinda nk’urwamo rw’amazi akomeye+!

  • Yesaya 57:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “Mugabo ababisha bameze nk’ikiyaga gisebagizwa, igihe kidashobora guhwama, amazi yaco akaba aguma asevya ivyatsi vyo mu kiyaga n’urwondo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika