Gusubira mu vyagezwe 32:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Nezerwe, mwa mahanga, kumwe n’abantu biwe+,Kuko azohōra amaraso y’abasavyi biwe+,Kandi azokwihora abarwanizi biwe+Kandi koko azotangira impongano* ubutaka bw’abantu biwe.” Abaroma 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Irongera ikavuga iti: “Nezerwe, mwa mahanga, kumwe n’abantu biwe+.”
43 Nezerwe, mwa mahanga, kumwe n’abantu biwe+,Kuko azohōra amaraso y’abasavyi biwe+,Kandi azokwihora abarwanizi biwe+Kandi koko azotangira impongano* ubutaka bw’abantu biwe.”